Iyi series ya Kajembe tuzobonamwo ubuzima budasanzwe bwa KAJEMBE, yavutse nkabandi ariko aza kwisanga mwisi yumwijima burigihe yaharanira gukoriciza iciza ariko abo yabikorera ntibabibona . Kuba yari ikiragi ntiyashobora kuvuga mushikiwe vyizigiro niwe yasobanura ivyo avuga gutyo bakabona kubitahura. Abantu baramutinya kuko bibaza kwari umurozi ngo yarishe nyina wiwe maze aca amuhamba mucumba, kukaba nkako hariho icumba atanumwe yajayo kiretse KAJEMBE gusa na gashikiwe Vyizigiro ntikajayo, Rich na Miru bari ingenzi bisanze kukiyaga hafi yaho KAJEMBE yarobera ubuziba bwabo buri hafi ya ntabwo, patiri yarafise amakenga kuri KAJEMBE, ibibazo nivyinshi vyokwibaza ariko niwakurikira ino series yakajembe agace kukandi uzobasha gutahura vyinshi natwebwe tutaramenya kwiyi Film ya KAJEMBE

Kajembe ( New Tv Series )
2020 • • • Drama
Overview
SEASON 1
Cast
For You
0 Comments
Your comment has been added successfully!
Your comment could not be submitted
0 Reviews